@Abenegihugu.com mise à jour. Source : Mashariki TV /
Abagabo babiri b’Inararibonye mu muziki kavukire aribo TOROBEKA Joseph na MIJURIRO Mathias ni bamwe mu bigisha bagiye kwigisha abana n’abandi bose bipfuza kumenya kuvuza ibicurarangisho kavukire vy’Uburundi nk’inanga umuduri, umwironge, ikembe, indonongo n’ibindi. Izo nyigisho zizotangirwa mu kigo “Centre Culturel FEMIDEJABAT – Indataburundi” kiri i Bujumbura. Umviriza VIDEO igituma izo nyigisho zigiye gutangwa .