Menya ibintu 2 bidasanzwe vyatumye yandika ururirimbo ndangabuhizi rw’umugambwe CNDD-FDD hamwe n’igitabu.

Abenegihugu.com itariki 04/03/2025 Inkuru ya BBC Gahuza/ Imvo n’Imvano/

VIDEO-AUDIO: fyonda ngaha

Muri ino VIDEO murahamenyera ibintu bikomeye cane vyatumye yandika aranaririmba ururirimbo rudasanzwe ndangabuhizi rw’umugambwe CNDD-FDD uri k’ubutegetsi mu Burundi ruririmbwa n’imiliyoni myinshi y’Abarundi baba mugihugu no mumakungu hamwe n’igitabu yise: Les affres de l’exil au service de ma nation ( Amagorwa yo mubuhungiro yabereye umugisha igihugu canje ).

Nsengiyumva Minani Felicien muri Studio ya Radio BBC Gahuza i London Angleterre mu kiganiro IMVO N’IMVANO.

Author: abeadmin

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *