Igitabu Kazinduzi k’Agahogo k’Abarundi iwacu!

Abenegihugu.com itariki 08 Gitugutu 2024 / Inkuru ya RTBB.

Kuruyu wa kabiri, igenekerezo rya 08 Gitugutu mu 2024, ku cicaro c’ubushikiranganji, bufise imico kama muvyo bujejwe, abahinga bajejwe kwegeranya ibikenewe mu ntumbero yo kwandika igitabu kazinduzi k’agahogo k’abarundi, bari kumwe n’uwuserukira abarundi baba mu mahanga mu Burundi, barongowe n’icegera c’uwurongoye Fondation FEMIDEJABAT ari nayo yazanye ico ciyumviro,  bari ku kivi bakorana n’ubushikiranganji bufise imico kama muvyo bujejwe, kugira ngo ibikorwa bibandanye bitera imbere.

Umuvugizi wa Fondation FEMIDEJABAT 

Déo SINZINKAYO.

Author: abeadmin

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *