Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu Njerina Ndayishimiye akaba ari nawe arongoye OPDAD-BURUNDI ,yipfurije kuri uyu wa 4 Nzero 2022, noweri nziza n’umwaka mushasha wa 2022 abana bavukanye umugera wa Sida basanzwe bafashwa na ANSS na SWAA-BURUNDI.
Nyoni Schadia @Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB
