@Abenegihugu.com . Inkuru ya @Unabudi

Ishirahamwe UNABUDI-Inyenyeri z’Uburundi kw’isi yose ( Unisson des Artistes du Burundi et de la Diaspora ) uno musi riribuka umwaka uhaciye uwahoze arirongoye umuhisi Nyakwubahwa #Bruno #SIMBAVIMBERE agandaguwe n’abicanyi kugeza uno musi atanumwe muribo aramenyekama canke ngo afatwe. UNABUDI ibicishije k’umurongozi wayo Nyakwubahwa #Félicien #Minani #Nsengiyumva iributsa abajejwe Ubutungane mu gihugu cacu gukora ibishoboka vyose kugira umuco wabakoze iryo bara uje ahabona. /@#UNABUDI